LA DIASPORA  BURUNDAISE

Indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga mu Masanamu

Indirimbo ya kabiri

Indirimbo ya mbere 

Indirimbo ya gatatu

BURUNDI-DIASPORA AGRO BUSINESS, BDAB

UMUGAMBI W’UBURIMYI BUTEYE IMBERE

Abarundi baba mu Mahanga baheruka kumvikana imigambi itatu rusangi ihambaye, Umwe muri iyo migambi ni uw'Uburimyi n'Ubworozi. Iyandikishwa ry'Abanyamitahe rimaze imisi ritanguye. Ni waba uri umugwizatunga ukaba wipfuza gushiramwo mutahe ukaja ku rutonde rw'abawutanguje, Ntutangwe rero kwiyandikisha kuri runo rubuga. Wipfuza kumenya amategeko n'Ibigenga Abanyamitahe... akura usabe ubusobanuro. 

                                  Fyonda Ngaha Wiyandikishe

Abarundi baba mu mahanga

Japhet Legentil Ndayishimiye,
Umukuru w'Abarundi baba mu Mahanga, Diaspora Burundaise.
Twandikire:
contact@burundi-diaspora.net
www.burundi-diaspora.net,
  • Facebook Basic Black
  • Twitter Basic Black
  • Black Instagram Icon
Andikisha umugambi wawe wongere wiyandikishe mu ndwi yahariwe Abarundi baba hanze

SEMAINE DE LA DIASPORA DU 27 AU 30 JUILLET 2021

UTURIRIMBO TWATSINZE IHIGANWA

“Testimonials work great. Showing your reviews in quotes has a powerful effect on customers and makes them trust you.”

DINER D'AFFAIRE ET DIPLOMATIQUE

Diner d'Affaire et Diplomatique est une occasion privilegiés d'échange et de parler busnes

DINER D'AFFAIRE ET DIPLOMATIQUE

… for the implementation of the national development plan 2018 - 2027

Twavuye kure,
Twishakira amahoro
  • Facebook Social Icon
  • Twitter Social Icon
  • Google+ Social Icon
  • YouTube Social  Icon

Ya ndwi yahariwe Abarundi baba mu mahanga iregereje, ni kuva ku magenekerezo ya

27 gushika 30 Mukakaro 2021. Aho abarundi bava kw'isi yose bazosidukana n iyonka baje kwirabira aho igihugu kigeze, nabo bazane imigambi itandukanye. Urwego mpuzamakungu rw’Abarundi baba mu Mahanga ( Diaspora Burundaise) turabatumiye ntihagire uwikumira kuko ari igikorwa c'iteka,  turakengurukiye Ubushikiranganji bw’Imigenderanire y’U Burundi n’ayandi Makungu mu gufashanya mw'Iterambere, ingene bama berekana umutima wo kwakirana urukundo abonse rimwe kandi ko iterambere ry’u Burundi nabo nyene ribaraje ishinga.  Turararitse abazoba bari i Burundi ko umusi wo kwikukira kw'u Burundi bokwitabira defile y'agakura mufise amadarapo abaranga... Vy'umwihariko Diaspora irakengurukira Indongozi zatorewe kurongora Diaspora Ndundi mu bihugu bitandukanye, mutegure neza iyo ndwi kugira abazoba bagendeye u Burundi ubwa mbere babone ko igihugu c'amavukiro ari Igihugu atari agahugu... Kaze murisanze. 

follow US

Our Voices...

by Auriane Itangishaka, VOA

LA DIASPORA BURUNDAISE DE TURQUIE
VIENT DE SORTIR UNE DECLARATION
              

Excursion dans les  Provinces de Mwaro , Bururi ,Rutana et Makamba

Au  troisième  jour de la semaine de la  diaspora Burundaise, une  descente de deux à l’intérieur du pays  était prévue. Le départ  a été donné vers 9h locale à Bujumbura et le cortège impressionnant de ces Burundais vivant à l’étranger a étonné les citadins. Ils etaient venus de plus de 25 pays dans le monde.

Cette descente de la diaspora Burundaise a été convoyé par les officielles du Ministère des relations extérieures, qui eux  aussi était accompagnés par des  agents de l’organisation internationale des Migrations et d’autres. Ce fut une occasion  pour ces Burundais qui vivent à l’étranger de pouvoir vérifier par eux même de l’état de la sécurité, la situation sociaux/économique pour pouvoir plaider en faveur de leur pays la ou ils habitent. C’étaient aussi  une visite de quelques  sites touristiques  afin de s’imprégnait de la fraicheur si unique de notre pays  surtout en période d’été.

Promoting development:  

Support for humanitarian emergencies

Building bridges between Burundi & non- Burundians

La  province de Mwaro a été la première  destination. Un accueil chaleureux leur a été  réservé, danseur traditionnels, tambours étaient au rendez vous. Ces burundais de la diaspora ont même eux aussi pu s’essayer un peu en dansant et en battant  le tambour sacrée du Burundi, cette insigne unique au monde et qui fait notre renommée

Dans cette province, il y a avait aussi au rendez vous la visite de l’Université de Mwaro. Signalons que la diaspora Burundaise regorge de Burundais avec des qualifications diverses et dans plusieurs domaines, la visite de cette université s’inscrivait dans la perspective d’une coopération accrue entre les Burundais de l’étranger et leur pays dans le domaine de l’éducation.

La  visite s’est poursuivie dans le domaine de l’ISABU , dans la station zootechnique de MAHWA afin de s’enquérir de la situation dans cette station de  recherche pour pouvoir voir ou nous en sommes , notre avancée , nos lacunes , nos faiblesses , nos atouts  pour que en définitive ceux  qui le peuvent  pourront essayer de donner une contribution tant matérielle que professionnelle.

fornybar-energi-660x300
2.-presse-energigjenvinning-miljo
Big Data Santa Clara.001
C6E1Z3rXMAEZsiU
_D303811
DSC01597