LOGO.jfif

DIASPORA NDUNDI MURI ZAMBIA

Burundi Zambia.jpg

KAZE MU MURYANGO WAGUTSE, DIASPORA NDUNDI

eric2.jpg

Urwego rwa Diaspora Ndundi ruheruka gushiraho inzego mfatakibanza za Diaspora Ndundi muri Zambia, inyuma y'imyaka itatu hari agacerere. 

Uwahora arongoye abandi n'abo bafatanije, bakaba basabwe gukorana n'izo nzego mu gutegura amatora yuguruye azotuma Abarundi bo muri Zambia baja kukivi, bakitunganya nk'abandi barundi.

Bikazotuma borohereza Ubuserukizi bw'u Burundi muri Zambia mu bikorwa vyayo vya misi yose, haba mu gutegura imisi mikuru, gushikana ubutumwa butandukanye ku barundi baba muri Zambia, eka mbere no guhimiriza Abarundi ba Zambia gukora bibuka aho bataye uruzogi.

Burundian Embassy in Lusaka, Zambia

Head of mission

Mr Pascal Ruhomvyumworo, Ambassador

  • Address

  • 6 United Nations Avenue, Longcres
    Lusaka
    Zambia

  • Telephone

  • (+260) 211 258 810 / 1

  • Fax

  • No fax number

  • Email

  • ambabulskabi@gmail.com
    ambabulska2012@yahoo.com

  •  

  • Office hours

  • Monday-Thursday: 09:00-13:00 and 15:00-17:00
    Friday: 09:00-13:00

  • Consular services

  • No information available

Amb. Pascal Ruhomvyumworo.jpg
  • Facebook
  • Twitter
  • YouTube
  • Pinterest
  • Tumblr Social Icon
  • Instagram
Business-ideas-in-Africa-for-Investors-6

IMWE MU MIGAMBI DIASPORA YA ZAMBIA IGIYE KURANGURA

Gutunganya amatora adakumira kandi yuguruye

Kwitegurira Indwi yahariwe Abarundi baba mu Mahanga izoba kuva igenekerezo rya 27 gushika 30.07.2021

Gutegura ikarata y'Umunywanyi wa Diaspora y'Abarundi muri Zambia

Gutunganya urubuga ngurukana bumenyi kuri site ya Diaspora Ndundi

Kugira Groupe Whatsap ituma abarundi ba Zambia bahanahana ivyiyumviro bijukire gukorera hamwe muri Diaspora Ndundi

Gutanga Inyigisho kugira Abarundi ba Zambia 

1. Bamenye Diaspora Icarico, ko ihuza bose mu budasa bwabo

2. Inyigisho zo gukunda Igihugu mu rwaruka

Gushinga ibisata vy'Urwaruka, n'Abakenyezi kugira bijukire inkino n'akaranga

UBUSERUKIZI  MFATAKIBANZA

Eric.jpg

Contact whatsap
mob. +260 96 4318251

Eric Nzeyimana  niwe yagenywe kuba ararongoye vy'Imfatakibanza Diaspora Ndundi muri Zambia, kugira ategure amatora aho Abenegihugu bazokwitoraera Ababarongora nk'uko vyama bigenda ahandi hose.

Turabamenyesha ko komite nfatakibanza igizwe n,aba bakurikira👇🏽

1) NZEYIMANA ERIC
2) NDAYIKURANGURE CLAVER
3) NSHIMIRIMANA EPHRAIM
4)SABWAWIHE MICHELINE
5) NDUWIMANA ERNEST


URWEGO MPANUZWAJAMBO👇🏽👇🏽


1)NIRERA JUSTIN (ALLIAS ZULU)
2) NDUWIMANA DIOMEDE
3)VALENCE NSHIMIRIMANA
4)BIZIMANA JANVIER.

Burundi Zambia.jpg

Twakure

Ushobora guca ku rubuga rwa Diaspora canke ukakura

Learn More

Diaspora Week

From 27 to 30th july

Learn More